Frank polok

Frank polok Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Frank polok, Telecommunication Company, Avenue DU COMMERCE EN FACE DE AIR BURUNDI@CENTRE VILLE, Rohero.

19/05/2023

inbox unyandikire niba uri numero ya gahunda yubuntu kubuntu

15/05/2023

Muntumbero yo kurondera abana bigihugu baririmba indirimbo mpimbazamana aho bari hose Maguru team Burundi na Maguru fire band Australia babazaniye ikiganiro ciza bavuga kumuririmvyi Christine aba ZAMBIA ariko ava mugihugu ciza c'Uburundi https://youtu.be/UxpufO0qzSA tumufahe kumuteza imbere muje kuri you tube yiwe wandika Siwezi by Chisine natwe nka Maguru tv turamukeje kundirimbo nziza yasohoye

14/05/2023
14/05/2023

Kuri DLM TV +61 Iri mu gihugu ca AUSTRALIE maguru Denilson yaragerageje kuyaga yerekana uko umuntu abona umuntu afise impano nuko abonekana vyinshi dukurikirane ikiganiro cose

https://youtu.be/M2AELBx0xNk Kuri  PJ classic ati twese tujane mubikorwa kubifuza kujana nabo umviriza ikiganiro cose wo...
08/05/2023

https://youtu.be/M2AELBx0xNk Kuri PJ classic ati twese tujane mubikorwa kubifuza kujana nabo umviriza ikiganiro cose wongere ubashigikire

08/05/2023

Ikiganiro kur PJ classic yagiranye na Maguru Denilson kuri Phone na bamenyesha makuru bo kuri Pj Classic fm

28/04/2023

Imigambi ya Maguru team Burundi na Maguru fire band Australie uko bizoba vyifashe mumisi irimbere ivyo bikorwa vyose bikaba bifashwe Mumugongo nuwusanzwe abirongoye umuririmvyi mpimbaza mana Maguru Denilson tukabatumirira kuja kuraba kuri you tube ibikorwa asanze akora kuri Maguru official no kuri pages faceBook Maguru TV turabahaye ikaze, kurikirana ikiganiro ciza twagiranye n,umumenyeshamakuru wa Rfm arikumwe n,abasanzwe bakurikirana ibikorwa vya Maguru team Burundi.

Address

Avenue DU COMMERCE EN FACE DE AIR BURUNDI@CENTRE VILLE
Rohero

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Frank polok posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Frank polok:

Share